Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Video namafato yunkuntu igiteramo nolove tour cagenze kuri Safi Beach Mbega Ingozi ho nigute ? Inkuru yose

by El revolution 29 August. 2018 @satbinfo.com 2K Views


290820182324297.png
ADVERTISEMENT


Amaze iminsi azunguruka igihugu intara kuyindi mu biteramo yise no love tour . Inyuma yoguteramisha abanya Bubanza abanya bujumbura bari bashikiriwe nabo nyene kumunsi wamungu uheze itari 26.08.2018. 

Sat-B yari yitezwe na bantu benshi cane abahageze bakubwira yuko hari hakoraniye abantu hafi ibihumbi 15.000 . Abo bose bakaba baje bashaka kubona uyo mu Sat-B amaziminsi abica bigacika  akaririmba indirimbo zikora kumitima ya benshi.

hagati yaho haribintu vyabaye bisa nivyatumye bamwe babona ko umuziki wumurundi wahinduye ishusho ukuntu Sat-B yaraje azanywe nubwato mugihe cogucogupima ivyuma amasaha abiri imbere yoguteramisha abakunzi biwe akaza aciye mukiyaga tanganyika amafi nabantu birorera eka namafi yari ahegereye yarashoboye kumwibonera Sat-b amaso muyandi. 

igihe cisaha cumi na zibiri zokumugoroba 18 h niho Sat-b yashobora kwishikira mukibanza categuruwe kuberamwo urubanza safi beach yurira kubutambiro (Stage) isaha imwe zijoro 19  munduru nyinshi yabantu bari bahishikiye basa nabari bamufitiye ikiniga co kumubona nabo bariruhutsa batangura kuririmbana nawe indirimbo ziwe zitandukanye bongera batamba eka vyari ibintu vyamateka Tubibutse yuko Sat-B yitezwe Kandi i ngozi murivyo biteramo itariki 01.09.2018 mukibanza kizwi nka Belvedere . raba amafoto munsi uko vyagenze muri ico giteramo.
KWAMAMAZA


Sat-B nabatamvyi biwe kubutambiro 


Isinzi ryabantu ryari ryahishikiye.


Umenga Bujumbura yose ntawari yasigaye muhira





ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com