Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Sat-B kumbuga Zimwe na Chris Brown, Drake, Rihana nabandi akatari bwaboneke mu burundi no love muri chart ya ITunes. ....inkuru yose

by Aline UWITONZE 24 August. 2018 @satbinfo.com 6K Views


24082018005927FB_IMG_15350975274649779.jpg
ADVERTISEMENT

Birazwi ko Itunes ari urubuga rukomeye cane rugurisha umuziki kwisi yose iryambere umurundi indiririmbo yumurundi No Love ya Sat-B  yafashe ikibanza muri  Chart ya ITunes mugihigu ca norway ikaba yarabwe cane nabantu nogufata ikibanza ca 89 muzarabwe cane mugihugu ca Norvege .hari kwitari 08.08.2018



Chart ya ITunes mubisanzwe iba uhurikiyemwo ibihangange mu muziki kwisi yose aho usangamwo abaririmvyi bakomeye nka ba Drake, Rihanna , arriana la grande, ba Nicky Minage nabandi bo muri afrika nka wizkid , Diamond , Runtown nabandi benshi bazwi kwisi yose. 



Ibi bikaba ari ibintu dukwiye kwishimira kuko n'ibintu bidapfa kuboneka uko nyene nibintu abantu benshi babaririmvyi bo kw'isi baba bipfuza tukaba duheraheje iyi nkuru dushimira umuririmvyi Sat-B na Management yiwe kuba bariko barasgihikana kure hashoboka umuziki ndundi
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com