Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Bubanza | Sat-B !!! video uko bamukweze ukubuko barahakwa kuguca mugihe yari agiye kubaramutsa menya icabitumye .....

by Aline UWITONZE 19 August. 2018 @satbinfo.com 10K Views


1908201817201520180820_021844.png
ADVERTISEMENT

Umuririmvyi Sat-B asigaye azwi nka maréchal abandi bakamwita King, yaraye yemeje abanya Bubanza . Ivyo akaba yabikoze kuruyu munsi wa gatandatu 18.08 2016 buca ari kuwamungu, murukurikirane rwibiteramo yise No Love Tour azokorera mubisagara bitandukanye bigize intara z uburundi.

Sat-B agishika bamwakiranye urweze akamwemwe kari kose kubari bamutegereye kuva isaha munani 14h zo kumurango ntibarambirwa naho yashitse atevye amasaha 2h kuko yahageze mugihe c isaha cumi numwe 17h.

Amakuru dukura mubanya bubanza bari bahishikiye ngo Sat-B yagiye kubutambiro "scène"  igihe c'isaha zibiri 20 heure zo kumugoroba nkuko vyari vyategekanijwe nabari babibeteguye ariwe jack daniel afadikanije na One People Bar.  

Mwomenya ko igihe Yariko araremesha abari ngaho Sat-B yaratanze ukuboko nkuwushaka kuramutsa bamwe mubakunzi biwe bariko bakoma induru nkabanizwe ariko biza kurangira bashaka kumukwega ngo bamutware yewe da umwe mubari hafi bahavuye batumenyesha n icabitumye aho yashimangiye ko ari urukundo rwinshi basanzwe bamufitiye ko iyaba bikunda Akagumana nabo i bubanza. 

Nkuko yamaze kubimenyesha kumugaragaro cokimwe namatariki azogenda aberako  ibi biteramo yise No Love Tour ,Sat-B kandi ariyezwe kumumsi wamungu itariki 26.08.2018. Akazoyeramisha abanya Bujumbura ahasanzwe hazwi nka Safi Beach kuri Port.

Mukuraba Video uko vyari vyifashe manuka hepfo y iyi nkuru.
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com