Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Yagiye kwishuza ideni bihakwa guca mu migere ntiyamenya ko Smart burundi yakemuye ikibazo yarafise ngo no love ya Sat-B niyo.....inkuru yose

by Aline UWITONZE 25 July. 2018 @satbinfo.com 17K Views


25072018132533IMG_20180725_220327.jpg
ADVERTISEMENT

Mu gihugu cuburundi hariho abaririmvyi benshi babizi cane kandi bakunzwe cane ariko kuvyukuri hakaba n abandi bageze nindani mumaraso yabantu , ibi bikaba ari ibintu bisanzwe bigenda bijana nihinduka ryibihe




Sat-B umutumire kuri Rema Fm kumenyekanisha indirimbo no love


Umuririmvyi Sat-B ni umwe mubaririmvyi bamana udusha uko niko umenga yabishize no mubafana biwe kuko nabo bamana udusha. nkaka gasha kabereye mu bwiza kuruyumunsi wagatatatu 25/07. Mugihe tuzi ko indirimbo nshasha ya Sat-B igiye kusohoka kuruyumunsi wa kane 26/07 umusore yakoreye agasha umugenzu  wiwe biherera mu mumunezero ntangere.



Amakuru turonka ngo muri quartier bwiza umusore yagiye gusaba amafranga yari yatijije umuhenzi wiwe kubera kugura ma mega ,kugira ngo aho bukera indirimbo ya Sat-B No Love igiye gusohoka azobe uwambere kuyiraba kuri youtube ivyo vyahatswe kubacanishamwo kuko nyene kurya ideni vyahuriranye ataco afise nawe gutyo bafatana mumashati. Amakuru twaonse dukuye kubari bahegereye avuga ko bagifanye kumashati nyene haciye haza umusore akurikirana cane ivya Sat-B araheza aratatura amatati yabo kuko wewe yaje afise igihamya cicapa cerekana yuko abakoresha umuhora wa smart bobo batazoriha ama mega ahubwo bazoyiraba kuri gusa youtube ndetse umunsi wose kuva kuwakane gushika ku munsi wagatanu itariki 28.



No love izokwumvikana ubwambere kuri rfm 

Wamusore akivyukumva uko, abikura mu migere abishira muashi mugutekereza kwiwe bahava bamwumvisha uko azobigenza na rirya yari asanzwe akoresha umuhora wa Smart Burundi. Ibintu biba biraheze bihera neza kuko umusore wewe ntakindi yipfuza atari uko yogura ama mega yokuraba iyo ndirimbo nolove yumva benahi bavuga.
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com