Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Sat-B yatanze izina ryindirimbo nshasha agiye gusohora aravuga naho yavuye ......Inkuru yose

by Aline UWITONZE 16 July. 2018 @satbinfo.com 14K Views


16072018051620DSC01151.png
ADVERTISEMENT

Abicishije kurubuga rwiwe rwa Facebook mugatondo ko kuruyumunsi uyu munsi wambere 16/JuilletSat-B yagaragaje izina ryindirimbo nshasha agiye kurekura. 



Aho ninyuma yokurindira isohoka ryindirimbo Girl Friend bikabura bikaza kumenyekana ko itagisohotse kumpamvu zokuba atagikorana na management ya LEC yoyo yari imufise igihe bakora indirimbo girl friend .



Sat-B yanditse kuri status amajambo azoba ari mundirimbo ati" inkovu nyinshi dufise ku mitima tuziterwa nabo dukunda   No Love Lyrics " Sat-B yagiriyeko asigura igituma yahisemwo kuyita No Love aho yasiguye asa nuwibutsa uko vyagenze igihe yagenda kurondera umwigeme Ingabire Belle Nice basanzwe basohokona nawe akamwishura ati "No Love " amusaba kudakinisha urukundo. Niho guca aronkeraho inspiration yogukora Indirimbo No Love .

Mukurangiza mwomenya yuko Indirimbo No Love ishobora gusohoka mu ndwi iza.
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com