Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Uku niko yiteguriwe mu giteramo aza kuremesha kuruyu muhingamo kwishure ryisumbuye lycee de la plaine

by Aline UWITONZE 28 June. 2018 @satbinfo.com 17K Views


28062018042452DSC08487.jpg
ADVERTISEMENT

Mukanya kari imbere haritezwe igiteramo kiza kubera mu Kigobe ahasanzwe hazwi nka Le Mirroir iruhande ya PAFE.  Ico giteramo kermesse kikaza guteramishwa na Sat-B bari kumwe n'umuririmvyikazi Miss Erica.



Lycée de la plaine  yateguye iki giteramo mu nzira zokwizihiza neza ukurangira kwivyigwa vyumwaka,niho guca baja hamwe nabandi bakaryohererwa hamwe batumira abaririmvyi hirya nino bakabateramisha

Isinzi ryabanyeshure biga kuri iryo shure batubwiye ko bishimiye umuzo wa Sat-B kwishure ryabo kuko ari umuririmvyi bakunda cane kandi bamye bipfuza kubana nawe mubihe nkibi.  Mukamenya kwiki giteramo kiza kuba kuri uyu mugoroba  28/06/2018 kukigo kizwi nka le Mirroir hampande yinyubakwa za PAFE.
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com