Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Iki nico giteramo Sat-B yitezwe ko na benshi mugihe bamubuze buze mubitaramo hafi yavyose impamvu zuko....

by Aline UWITONZE 11 June. 2018 @satbinfo.com 2K Views


11062018045508IMG_20180527_124416_746.jpg
ADVERTISEMENT


KWAMAMAZA

Lycee ngagara hazwi nkokuri Mungala bafatwa nk'abanyamahirwe kuko bashoboye kuba aribo bazoteramishwa na Sat-B mugihe atabonetse henshi kubw'imvo zitandukanye. 

Hamwe hamwe vyavanye n'uko Sat-B abazimba, ahandi bikavana n'uko ari mu kwezi kwa Ramadhan adashobora Gukora ibiteramo. 

Igiteramo co kuri Lycee ngagara (Mungala)  kizoba itariki 07/07/2018 kunyubakwa ry'iryo shuri nyene.


ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com