Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Agasha muri smart Menya uko ushobora guhamagara umunywanyi wa smart umunota umwe ugahabwa amafranga 20fbu

by Uwimana Clarisse 8 June. 2018 @satbinfo.com 4K Views


08062018031102IMG-20180608-WA0010.jpg
ADVERTISEMENT

Smart nyemeza . izina rya produit nshasha ya Smart yakuzaniye, aho itaguha uburusho busanzwe ahubwo bo basigaye batanga n'amafaranga ibi nta handi wobisanga.

Mugihe imihora yogutuma tumanako amakuru ibandanya kwiyerekana mu buryo butandukanye  mu kwamamaza ibidandazwa vyabo, smart burundi yoyo yazanye akabirya.

Waruzi ko uri umunywanyini wa smart burundi ushobora guhamagara appel imwe kumunota bakaguha amafanga 20fbu ? Uti Navyo bikorwa gute 

Biroroshe  hamagara kuri *888*9# wiyandikishe hanyuma uko uzohora uhamagara kumunota umwe smart burundi bakaguzohora bagusubiza 20 Fbu .

Hamagarira abandi gukoresha uyu muhora w'akarusho gurtyo nabo bashikirwz n'ibi vyiza duhabwa na Smart Burundi
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com