Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Soma inyishu itangaje Sat-B yatanze bamubajije igitigiri cabakobwa bamaze kuryamana

by Aline UWITONZE 7 June. 2018 @satbinfo.com 3K Views


07062018061143IMG_20180607_151056_610.jpg
ADVERTISEMENT

Mu kiganiro yagiranye n'umwe mu bamenyesha makuru bandika kuri satbinfo , Sat-B yishuye kukibazo yababijwe c'uko amaze kuryamana na bakobwa benshi cane.

Sat-B n'agatwengo yishuye ati "Kuva mvuka sindaryamana n'umukobwa n'umwe "

Iyi nshishu ikaba yatangaje benshi kuburyo bamwe bavyamiriye kure ,abandi bakavyemenga kuko badakunda kumubona mu bubare kumwe n'inkumi izi na ziriya kurya tubimenyereye kubaririmvyi. 

Mukamenya ko Sat-B afise igiteramo mu ntara ya rumonge kumunsi wa laid aho asanzwe arindiranywe igishika

Mbega kubwawe ibi Sat-B ashikiriza twovyemera kubice bingahe
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com