Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Mbega Style nshasha y'imishatsi ya Sat-B yoba igiye kwerekanwa mugiteramo co kuri .I.C.A [INKURU YOSE]

by Aline UWITONZE 7 May. 2018 @satbinfo.com 26K Views


07052018125348IMG_20180506_150810_601.jpg
ADVERTISEMENT

Inyuma yokumara igihe kirekire afise umutindo w'umushatsi wisangije mu baririmvyi b'uburundi , ubu Marechal Sat-B yoba yahinduye style y'umushatsi 


Ivyo bikaba vyamenyekanye inyuma y'uko ashize kurubuga rwiwe rwa Twitter na Facebook ko agiye gukorera Launch iyi style y'imishatsi yiwe .

Marechal yanditse ati " Wari ubizi ko nahinduye Coiffe ??? 
Ninde yipfuza ko ndayimwereka ??? 😊😊
Canke nayo nyene tuyigirire Launch nkakurya tubigira kuma album tuba twasohoye ??? 
Bon Vyose biravana nivyimviro muza guterera

#Humor "

Benshi bakaba baciye batangura kwiyumvira ko itariki 11/05/2018 ariho kumbure azokwerekana iyo style nshasha  y'imishatsi narirya afise  igiteramo kuri Lycee I.C.A iri 
Muri Centre Ville harugaru ya clinique Prince Luis Rwagasore .
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com