Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Munzira zo guteza imbere umuziki w'uburundi Marechal Sat-B aremanga ko indirimbo Girl Friend Izobanza kugurishwa ku.......[INKURU YOSE]

by Ddddd 24 April. 2018 @satbinfo.com 45K Views


24042018040228IMG_4567.jpg
ADVERTISEMENT

Marechal Sat-B aremanga ko indirimbo Girl Friend Izobanza kugurishwa kumbuga zigurisha imiziki online  nka Amazone, Deezer, I Turn n'ahandi  imbere yuko igera kuri Youtube irikumwe na Video.

Ivyo ngo azobikora iminsi 3 imbere y'uko iyo ndirimbo irindiriwe n'ama Millioni y'abarundi isohoka iri kumwe n'amasanamu yayo ateye igomwe yakorewe mu gihuguca Tanzania.

Sat-B avuga ko ibi ari ukugira ngo agerageze gukangurira abantu kugira ico baterereye umuririmvyi mu gihe aba yitanga nawe agatanga n'uburyo bwinshi mu gutunganya ibikorwa vyiwe ivyo biri no mukwubahisha umwuga wokuririmba mu burundi .

Vyose bibaye inyuma y'uko abantu basa n'abategereje bakabura bagatangura kwiyumvira ko iyo ndirimbo itabaho 
Aho yanahavuye atanga umuco  yandika kurubuga rwiwe rwa Facebook «Sat-B Satlight King» hari muntango zo muri iyi ndwi yandika ko ata mpamvu yari gusohora indirimbo nshasha Kandi indirimbo Feel Love  itarava kUmwanya igikunzwe .

Sat-B yongeye kwibutsa abakunzi biwe ko Vuba mu ntango z'ukwezi kwa 5 agiye gushira hanze iyi ndirimbo Girl Friend iherekejwe n'amashusho yayo
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com