Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Trace Muziki yazindutse ishirako ifoto ya Marechal Sat-B kumbuga zayo inyuma yokurara ikinye indirimbo Feel Love yemera gutangura......

by Aline UWITONZE 12 April. 2018 @satbinfo.com 23K Views


12042018021819IMG_20180412_111737.jpg
ADVERTISEMENT

Mu gihe hari hamaze iminsi hashakishwa uko umuziki w'uburundi wotera intembwe ukamenyekana mu karere bisa n'uko ico umwana w'umwami yaririye yaraye akironse.

Kubamaze kugendera imbuga ngurukana bumenyi za instgram haba twitter canke Facebook za TraceMuziki imbonesha kure ikomeye cane mu karere ka Afrika   ngira baramaze kubona ifoto ya Sat-B ari i gitega mu giteramo aheruka gukorerayo bakaba banditse ko amajambo akurikira 


Post ya trace Muziki yazindutse ishirako kurubuga rwa Instagram


Trace Muziki yanditse iti "Sounds from #257 leave you #feelingthelove 💜 and #IntelligentBadBoy got you, straight outta 🇧🇮 SatB_Satura 🔥 Thursday 
mzikipictures TraceMziki TwapendaMzikiChemChem"

Imbere y'aho TraceMuziki yari yaraye icishije ko indirimbo Feel Love ya Sat-B kuri iyo mboneshakure ikaba yarahaciye incuro zitatu mu mwanya muto ivyo bikavurwa n'aba bibonye  .


Feel Love kuri Trace Muziki amasanamu akaba yafashwe n'abantu batandukanyebibonye 

Mukamenya ko Iyo Trace Tv yagushize ko foto canke video ku mbuga zabo biba  ariko kwemeza ko bagukiniye indirimbo yawe kandi bakazobandanya kugucisha ko kuri iyo lmbonesha kure ikomeye mukarere ka Afrika y'ubuseruko. Reka tuvuge ko n'ibindi bigiye kuza.
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com