Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Gitega Umukobwa yasutse amarira igihe Sat-B yari ku butambiro yagize ico abivugako (inkuru yose)

by Lynda uwase 10 April. 2018 @satbinfo.com 6K Views


10042018013240FB_IMG_1523346554468.jpg
ADVERTISEMENT

Ku munsi wa gatandatu uheze itariki 07/04/2018  ni umunsi abanya gitega bageze mugiteramo ca Sat-B  batazopfa bibagiye.

Iki giteramo citiriwe izina Feel Love concert carashoboye gukoranya hafi abantu 3500 ibi bikaba bifatwa nk'imboneka rimwe aho umuririmvyi Sat-B yashoboye kwuzuza ico ikibanza " ku ngoma "

Sat-B ari kubutambiro harashoboye kuboneka inkumi yasutse amarira igihe Sat-B yariko araririmba Indirimbo izwi nka "Feel Love" abari ngaho baja muvyo kumuhoza birananirana .

Iyi nkumi izwi kwizina rya Alice twarashoboye kuyegera igiteramo kirangiye dushaka kumenya uko yiyumvise amubonye Sat-B kugeza n'aho asuka amarira hafi indobo kwuzura. 

Alice yagize ati " n'ukuri Imana yanyeretse Sat-B ndayishimira kuko irya ndirimbo " Feel Love " ni indirimbo inyibutsa vyinshi ni indirimbo yansubije hamwe n'umukunzi wanje twari twavanye ariko tugiye kwiheweza tukumva karya kajambo yavuze ngo kwisi ntawuri perfect twaciye twumva ata mpamvu yotuma tuguma mu matati ibi vyose nkaba ndabikesha Sat-B kuko niwe yadusohoreye indirimbo yatumye tuja hamwe kubw'ivyo nkiyumva ariko arayiririmba naciye numva norira nkasarara"

Mwomenya yuko muri iyo ntara ya gitega Sat-B aza ubwa mbere mu baririmvyi bakunzwe cane kandi kuva mu myaka ya 2010
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com