Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

amajambo y'agahinda Sat-B yashikirije avuga ku rupfu rw'uwo yise muru wiwe Moses Radio yarijije benshi

by Bbb . @satbinfo.com 6K Views


05042018131857a68944d0803243f12587c54d0381cb3d.jpg
ADVERTISEMENT

Moses Radio ni umuririmvyi w'umugande azwiko ubuhinga n'ijwi rihanitse mu guhogoza, inyuma y'igihe gito ahuye n'abagizi ba nabi bakamukubita bakamugira indembe, akaza ajanwa mu bitaro ubu akaba yazindutse yitaba umuremyi kuruyu wa kane itariki 01/February 2018

Akimara kwumva iyo nkuru, Sat-B yaciye yandika Kurubuga rwiwe rwa Facebook Sat-B Satlight King yashize ko foto ari kumwe na Radio ayiherekeza amajambo yakoze ko imitima ya benshi aho yipfurije mugenzi iruhuko ryiza yongera yibutsa abantu kwama basaba Imana kubaha iherezo ryiza. 

Sat-B yagize ati "Mfise akababaro ko kuba Naraye Mbuze Umugenzi, umuvukanyi akaba n'uwo dusangiye umwuga umuririmvyi Mozese Radio 

Bagenzi Iyi iSi Si Rwacu Nk'uko Nama Ndabivuga Nti Ivyo Dukora Vyose Twame Twibuka Gusaba Imana Kuduha Iherezo Ryiza 
RIP Brother We Will Never Forget You Just We Pray For You 😢"


Aya majambo akaba yakoze ku mitima ya benshi aho abakurikirana urubuga rwiwe Facebook baciye batangura nabo kwifuriza iruhuko ryiza umuririmvyi Moses Radio

Tukaba turangije iyi nkuru tumwipfurije Kugira akaruhuko keza iyo agiye RIP
KWAMAMAZA




ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com