Welcome to @satbinfo.com, Burundian music icon ...

Amajambo y'inkora mutima Sat-B yabwiye urwaruka Yatumye benshi bamufata nk'akarorero mu baririmvyi.... Inkuru yose

by Iluminé . @satbinfo.com 20K Views


10042018154125Burundi-5.jpg
ADVERTISEMENT

Ku munsi wa gatatu uheze niho abakunzi b'umuririmvyi sat-b baramuka bahimbaza isabukuru ry'imyaka itatu irangiye bagiye hamwe biyita team satura mugushigikira umuririmvyi bo bavuga ko atagereranwa bakamwita Mr Revolution

Abantu barenze ijana basanzwe barongoye abandi mu ma group ya Whatsapp ya Team Satura bari bahuriye hamwe ndetse bakaba bari bana mutumiye King Sat-B muri urwo rubanza. 

Mu majambo make yubaka Sat-B yahavugiye afashe ijambo ngaho yagize ati "Kuba umugabo ni ugufata ibintu mu minwe no kwama wiyumvira icokorwa ngo uhindure isi n'abayibayeko "

Sat-B ntiyahereye ngaho yarongeye abwira abari ngaho ati "igihe cose uzoba ubona ko uri umusore  ukibasha ugifise inguvu hanyuma ukiruka n'umuntu afise imyaka 45 nta nkeka uratakara ugata kuko we aba ariko arasaza wewe nawe uba ufise inguvu nyinshi niwewe uba ufise uruhara runini mwitera mbere ry'imigambi yawe ndetse nokubasha guteza imbere igihugu cawe n'abakibamwo jewe ivyo ndagerageza kubishikana mukubahereza umuziki mwiza utuma wiyumva ko wishimiye kuba uri umurundi"

Ati "Twararwanije cane gutanga indirimbo mu ma whatssap ubu dutanga Link kandi twarabereye abandi akarorero keza tugomba kubandanya ni imwe mu nzira zizodushikana kuri za Ndoto zacu ntibizoza vyizanye


Amafoto uko vyagenze
KWAMAMAZA












ADVERTISEMENT


Avatar

Authors get paid when people like you upvote their post.
If you enjoyed what you read here, create your account today and start earning FREE STEEM!

Facebook Comments http://www.satbinfo.com


VIDEO




NEWS




TECHNOLOGY


BUSINESS



FACEBOOK

YOUTUBE


Our main page @kigali.today.com loves your style! We are looking for ladies just like you to feature this winter in our collection! Check out my link and lets chat about getting you featured

TWITTER

ADS

Kwamamaza




POLITIC
SPORT
HACKING NEWS

PHP KIT
WEB DESIGN
UI/UX

Contact

Join Us

Links

×

Tickets

Need help?

CONTACT

Fan? Drop a note!

SATBINFO.COM
Phone: +257-SATBINFO-COM
Email: info@satbinfo.com